Rwanda: Amazina y’aba Perezida bitabiriye umuhango wo kurahira kwa Perezida Paul Kagame

Kuri iki cyumweru, taliki 11 Kanama 2024, Perezida Paul Kagame watsinze amatora yo kongera kuyobora u Rwanda ku majwi 99,18 %, ararahirira kungera kuyobora u Rwanda. Abakuru b’ibihugu naza guverinema bitabiriye uyu muhango.

Aba Perezida baribwitabire uyu muhango w’irahira, banageze mu Rwanda.

1. Andry Rajoelina wa Madahascal ;

2. Wavel Ramkalawan wa seyichel ;

3. Dr William Samoei Ruto wa Kenya ;

4. João. Lourenço wa Angola ;

5. Denis Sassou N’guesso wa Congo-Brazzaville ;

6. Gen Mamadou Doumbouya wa Guinée-Conakry ;

7. Gen. Clotaire Oligui Nguema wa Gabon ;

8. Faustin-Archange Touadéra wa Repubulika ya Centrafrique ;

9. Philippe Nyusi wa Mozambique ;

10. Perezida Sahle-Work Zewde wa Ethiopia ;

11. Samia Suluhu Hassan wa Tanzania ;

12. Ismaïl Omar Guelleh wa Djibouti ;

13. Hassan Cheikh Mohamoud wa Somalia ;

14. Salva Kiir Mayardit wa Sudani y’Epfo ;

15. Gen Abdel Fattah al-Burhane wa Sudani ;

16. Umwami Mswati III wa Eswatini ;

17. Perezida Mokgweetsi Masisi wa Botswana ;

18. Hakainde Hichilema wa Zambia ;

19. Emmerson Mnangagwa wa Zimbabwe ;

20. Perezida Nana Akufo-Addo wa Ghana ;

21. Umaro Sissoco Embaló wa Guinée-Bissau ;

22. Faure Essozimna Gnassingbé wa Togo.

Abahagararira ibihugu byabo

1. Maropene Ramokgopa Minisitiri w’Igenamigambi wa Afurika y’epfo ;

2. Ousmane Sonko Minisitiri w’Intebe wa Sénégal ;

3. Jessica Rose Epel Alupo Visi-Perezida wa Uganda, azazana na Umugaba Mukuru w’Ingabo za Uganda, Gen Muhoozi Kainerugaba ;

4. Patrice Trovoada Minisitiri w’Intebe wa Sao Tomé & Amp Principe ;

5. Abdoulaye Diop Ububanyi n’Amahanga wa Mali ;

6. Olusegun Obasanjo wahoze ari Perezida wa Nigeria ;

7. Tiémoko Meyliet Koné Visi-Perezida wa Côte d’Ivoire ;

8. Ibrahim Boughali Perezida w’Inteko Ishinga Amategeko ya Algérie ;

9. Moussa Faki Mahamat Perezida wa Komisiyo y’Umuryango wa Afurika yunze Ubumwe ;

10. Louise Mushikiwabo Umunyamabanga Mukuru w’Umuryango Mpuzamahanga w’Ibihugu bikoresha ururimi rw’Igifaransa.

Sangiza abandi iyi nkuru

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Solve : *
28 + 30 =